OPUS-MT-train/work-spm/de-rn/test/Tatoeba.trg
Joerg Tiedemann bb5532ab71 new models
2020-01-24 13:39:21 +02:00

1336 lines
28 KiB
Plaintext

Ndabasavye, mumpe ifagitiri.
Kubera iki umbaza?
Reka gutanga amategeko ngaha!
Ndashobora kwugururura irido?
Umfata ko ndi nde?
Reka kunsomboroza kubivuga.
Ntanumwe arazi imvo.
Mubwirizwa kugenda i muhira.
Ntanumwe yumviriza.
Murakoze!
Uri umugore nkunda.
Ndakunda gusoma.
Wibuke ubuntu bwawe kandi wibagire ibisigaye.
Niyumviye ko vyogutwenza.
Wibaza ko ico ariki?
Bizogushimisha cane.
Navyiyumviye.
Nururukira ngaha.
Oh, mpore.
Umuduga wanyu wabaye iki?
Tuzosubira kubonana!
Baradukunda.
Ururuka!
Mfise benewacu.
Nimwambure ibirato vyanyu.
Twarukiye hamwe.
Mara umwanya munini niga igitari.
Nta bundi buryo.
Nta ngorane.
Vyerekeye akazi kawe.
Wasize idirisha ryuguruye?
Imbwa zihamba kenshi amagufa.
Uba ngaha, sivyo?
Murabona iyi nzu? Ni inzu yanje.
Utaha ryari?
Uriga igifaransa?
Ndazi iyo baja.
Iri terefone ni iryande?
Sinteka.
Birakunezereje?
Ndazi ko wabivuze.
Ntavyo bazi.
Ubwirizwa guheba inzoga.
Kubera iki ubikora?
Amahera narayakiriye.
Ndazi neza ko namubonye ahantu ikindi gihe.
Ihinguriro rizotangura gukora mu mwaka uza.
Ndabikorera wewe.
Ntaco bibaye.
Urategera ivyanditse ngaha?
Udushakako iki?
Rabira mw'idirisha.
Nshaka kwiga igifaransa.
Uza imuhira gute?
Ubifata gute?
Nta gituma co guhagarika umutima.
Ndashaka gusubira kukubona.
Ibi biro ni ivyande?
Umunsi mwiza.
Harashushe.
Hagati y'igisigara hadutse umuriro.
Iki gitabo ni gitoya.
Urarurumba.
Ndazi ico mbwirizwe kwiga.
Wiga kw ishure irihe?
Nza hiyo ryari?
Urazi aho biri?
Sinzobikubuza.
Urupapuru rumwe rurabuze.
Nje kugutwara i muhira.
Iyi kanzu nijewe nayigiriye.
Umubaji arapima ikirere.
Ndashaka bimwe nanje.
Izina ryanje ni John.
Ndonka ico nshaka.
Biraduhimbaye cane.
Ntumbaze icarico.
Ndamuzi?
Bimara umwanya ungana gute?
Hanze!
Nta mvo yo kugira ubwoba.
Yarezwe na nyirakuru.
Ndabitegera.
Mfise umukoshi uyu munsi.
Ngirango azoza ejo.
Mvuga ico mfise ku mutima.
Ntushaka kumenya ivyo!
Mpa igitabo.
Igiciro?
Nta muduga dufise.
Ni vyiza uko biri.
Birakunyuze?
Urazi aho arihe?
Uzi izina ryanje hehe?
Ni igitabo c'agatangaza.
Ntibinshimishije.
Yamaza iminsi yose gusuhuza umugenzi wiwe arwaye.
Amafaranga yaheze.
Ntiyasomaye iki gitabo.
Bazomenya uko bagira.
Inzu yanje iri hafi y'inyubakwa yo gusengeramwo.
Ndashobora kwinjira?
Ndazi ico nzokora.
Urakoze kwicisha iwacu.
Abo ni abajapani?
Sindakunda kwiga.
Ntunga, mbega witwa nde?
Ntegerezwa kuja imuhira.
Mvuga indimi zitatu.
Ntimubitegeye?
Iki gitabo ni gishasha.
Murakoze cane.
Ntusa neza.
Usa gute?
Iyo udategereye, baza.
Murabona iyi mitumba?
Nturabe munsi.
Izuba rindasira mu maso.
Ndabiraba.
Iki gihugu gikesha itunga ibitoro.
Ndazi ico baravuze.
Waciye ku kimenyetso c'itara ritukura.
Nzobitora.
Umuryango wiwe urihe?
Uragenda canke ntugenda?
Ico sico gituma.
Reka gutegeka ngaha!
Afise ibitabo amajana n'amajana.
Urampimbaza.
Nshaka gutaha.
Urakoze cane.
Uraba iki?
Ni abanyamerika?
Ntubaze.
Imbere yo gukatira iburyo mu masanganzira, gensura ko ata munyekinga aje.
Mariya ahitana Tom ku gituro c'igari ya moshi.
Ntundabe gutyo.
Bitandukaniye hehe?
Usa naho unezerewe cane.
Subira kubiraba.
Ndazi ko unkunda.
Raba ico neza.
Ico nico uriko urondera?
Urabizi?
Mubwirizwa gutaha.
Ibi bitabo ni rwacu.
Si vyiza.
Ndashaka ko usoma iki gitabo.
Ndashitse mu kanya.
Ndazi aho ari.
Nasubiye kumubona.
Nza ryari?
Ntiwosubira kumpa ikindi gikombe c'icayi?
Urafise mwenewawe?
Ni umugambi mwiza.
Mbabarira ko nagutaye mu rudubi.
Baba iwawe?
Mbabarira kugutuka.
Reka ndabe.
Kubera iki utari kumwe na jewe?
Hari umuntu inyuma y'uruhome.
Yamugomwe.
Ni umufaransa.
Kubera iki tutabiraba?
Ashaka kuvuga iki?
Mbona ko ari binini cane.
Ufise imyaka ingahe?
Genda hiyo.
Ndakunda kuba jenyene.
Ntibafise amahera.
Ubwirizwa kureka kunywa.
Ndashobore kubikoresha?
Igitabo canje kirihe?
Izi ntebe bigenewe abantu bashaje n'abarwaye.
Mumaze igihe kingana iki muba aha?
Agiye buhoro buhoro kugira umwana ashobore gukurikira.
Tuzozayo.
Ushaka kuba hehe?
Ndururutse.
Iki kinyamakuru ni icande?
Ahari ugushaka haba inzira.
Nshika iwawe isaha zibiri.
Ndibaza ko azoza.
Nzobiraba.
Turavyumva.
Nzomuhamagaza aha.
Bamwe muri abo bakozi ntibamenyeye gukora ako kazi.
Ndazi ikiriko kiba.
Singifise umushikiwanje n'umwe.
Turagarutse.
Sinzorabayo.
Uzi iki?
Nabonye so wawe.
Fata kimwe.
Turazi imvo.
Nta bishasha.
Bimuha.
Ndazi aho turi.
Sogokuru ntacumva neza.
Urugendo rwiza!
Ndakunda kuba ngaha.
Bariko baturaba?
Turashaka kuriha.
Ndavyumva
Ntanumwe antega ugutwi.
Ndagutwara kw'ishure.
Sinarinzi ko muri buhabe uyu munsi.
Turihe?
Urashobora kugendayo.
Sinshaka aya mahera.
Ndarorerera hanze.
Urakoze cane.
Ndabakunda.
Yarabimpaye.
Ntimubitegera?
Abana na we.
Iri jambo riva mu kigereki.
Naganiriye vyose abavyeyi banje.
Naje kukurondera.
Urashaka gutunga?
Ushaka kugenda ryari?
Ni igiciro giki?
Wipfuza iki?
Urashaka kubibona?
Ndabitora.
Yagarutse ino.
Kubera iki tugira ivyo?
Sinshaka ipantalo nk'iri.
Nikomerekeje n'igisu ku rutoki.
Iyi koti ni iyande?
Kubera iki ubaza?
Ndazi kubikora.
Igihe ntikigize gukanya gusa, kiranajovye.
Turajana?
Umugenzi wanje vyaramushikiye nawe mu ndwi iheze.
Bakora iki ngaha?
Ntwumviriza.
Ndarindirira hanze.
Igisu kirakarishe cane.
Turakwiye kwivuna umusase hamwe.
Bashaka ko tubikora.
Iyi nomero ya terefone ni iyande?
Ndanezerewe kukubona.
Wari umugambi wande?
Natsitaye kw'ino.
Mfise umukoshi.
Gaba!
Ndazi ivyo nshaka.
Wipfuza iki?
Ndafise amahera yawe.
Bose ni bamwe?
Baza iwacu.
Nimuze!
Ntanzi.
Bizogushimisha.
Ntibintera iteka.
Sinzi ingene.
Mwebwe muri abana.
Ntanumwe azi izina ryiwe.
Urakomeye?
Uyu ni data wanje.
Ndoza amadirisha.
Ndibaza, icamushikiye.
Ntimushaka kumenya igituma?
Nta bitabo mfise vyo gusoma.
Urabona iyi nzu? Ni inzu yanje.
Amadirisha aranduye.
Kubera iki babikora?
Egeka ingazi ku ruhome.
Ntiwibagire gutwara umwanda hanze.
Raba!
Wabishoboye.
Ukora iki, data?
Simfise mushikanje.
Nzota nomoke.
Ni ikintu ciza?
Ni birebire birenze?
Turashobora kugira aho tuganirira?
Ubibona gute ku wagatanu?
Ndazi nyoko.
Ni akazi kiwe.
Bitebe bitebuke bizoshika.
Nshaka ko umubona.
Uyu mwaka ntegekanya gusoma ibitabo vyinshi bishoboka.
Twamanutse twiruka agasozi.
Injire.
Ndiko nduhuka.
Urashaka ko nza?
Iri jambo riva mu kigereki.
Kunda umwansi wawe.
Nzovyitaho.
Ni murabe neza iri foto.
Iki gikorwa kiramuvuna.
Urateganya kugenda mu nama?
Je hanze!
Uyu mupira ni uwande?
Nibajije ko vyogutwenza.
Urafise amahera yanje?
Nyoko ari imuhira?
Aramukunda.
Turageramiwe.
Uru ni urukundo?
Ni birebire birenze.
Simbesha na rimwe.
Kubera iki mumbaza?
Murabona iyi nzu? Ni inzu yanje.
Kubika ahakanye kandi humutse.
Ego, birashoboka ko mwibungenze.
Simvuga neza icarabu.
Mubwirizwa gutaha.
Ndahatswe kumena amasahani.
Ndagenda kuryama.
Uri umuhinga.
Nibajije ko ndakuzi.
Abantu bose bagiye hehe?
Birababaje, umugenzi wanje mukuru arimutse, yimukiye mu kindi gisagara.
Ni birebire birenze urugero.
Sinshaka kugumya rwaye.
Sohoka mu cumba canje!
Ntanumwe yarazi ibikenewe kurangurwa.
Kanyemwo!
Ndabitwara.
Sindashaka kurwara.
Urora hehe?
Ndazi ico bagira.
Urakunze.
Kubera iki ubibaza?
"Aya marori ni ayande?" - "Nyeneyo ni Data."
Ndazi ingene usa.
Namye nipfuza umukobwa.
Ejo naryamye umunsi wose, kuko wari umunsi w'Imana.
Nyoko niho ari?
Mariya atora Tom ku gituro c'igari ya moshi.
Ni vyiza gusumba uko biri.
Afise inda.
Ndakwiyumviye.
Reka ndakugwe mu nda.
Kubera iki batankunda?
Sabwe!
Manuka!
Urabikunda?
Urazi icarico urukundo?
Uyu ni mama wawe?
Nzogenda ku munsi w'Imana.
Capfuye.
Tujanayo twese hamwe.
Ayo madirisha yerekeye mu bumanuko.
Ntimwugurure idirisha.
Ntaco.
Tom nihari nawe?
Nanje ndavyiyumvira uko.
Kubera iki tutaja imuhira?
Asa na nyina.
Kazibe!
Ndazi ko ubanga ugutwi.
Ntibinyuze.
Sindaheba.
Kubera iki abantu bavuga ivyo?
Ndazi izina ryiwe gusa.
Naramuhaye igitabo.
Ufise imyaka ingana iki?
Ntavuga icongereza.
Kubera iki jewe?
Ni neza cane.
Turajana.
Muraturondera?
Sinzi neza igifaransa.
Kubera wewe ndi mu ngorane.
Bose bateye kumwe?
Uherereye hehe?
Ndi imuhira.
Ngirango araza.
Shishikara!
Ndiko nduhuka.
Ni igiciro giki?
Mushikanje asa na Mama.
Dusangire akanyobwa.
Yamoye umutwe wiwe.
Urazi ico yavuze?
Aya madirisha aherereye mu bumanuko.
Isaha yawe irihe?
Kubera iki uburiramwo?
Kubera iki utaha zirayoye?
Urazi nyene uyu muduga?
Ndarorerera hanze.
Ndakunda kubikora.
Ntibimpa agateka.
Sinkomeye muri vyo.
Mbwirizwa gutunganya imishatsi yanje.
Umuryango umerewe gute?
Yarukiye kwa nyirakuru.
Umuduga wanje wapfuye.
Naguhevye.
Mama wanje arankunda.
Mpore ko ndabivuze.
Uzogaruka ku wa kabiri?
Nimukure ibirato vyanyu.
Sinzi.
Kubera iki bari aha?
Ndabitwara.
Ambure ibirato vyawe.
Nahabonye mwenewacu.
Urakoze guhita.
Uraza? Ego canke oya?
Urakoze kuza.
Nimumutware mu cumba co kubaga.
Ibarabara riri urwamo rwinshi.
Ndi umunyeshuri mushaha muri kaminuza.
Baranzi.
Urarwaye, ubwirizwa kuruhuka.
Ndi umuhererezi.
Ndaguhwatira umucungwa.
Umudandaza wese arata ibidandazwa vyiwe.
Usa na so.
Ingo wirabiye.
Wibaza ko ivyo ari ibiki?
Urazi kubigira neza cane.
Kera waranywa itabi, sivyo?
Ngirango ntubikunda.
So wawe arakomeye?
Simfise umuduga.
Nzanira ingwa zibiri.
Kuki utinjira?
Urashaka kuba umutunzi?
Iyo ukeneye imfashanyo urampamagara.
Itandukaniro ni irihe?
Kubera iki mbwirizwa kugenda.
Ndi umwigisha.
Urawukunda?
Ushaka ko ndagusigira irangi ku nzara zawe?
Iri darapo ni nziza cane.
Bite uyu munsi?
Sawa, nzogitumako.
Ndakuzi.
Dusangire akanyobwa.
Muri beza cane gwose.
Uragize neza cane!
Ndipfuza gutambana nawe.
Niho ndi!
Iki gitabo kiri ku meza ni icande?
Mbwirizwa kureka.
Ntundabe gutyo.
Sinshaka amahera yawe.
Kubera iki tugira ivyo?
Babwire ivyashitse.
Mfise mukuruwanje.
Iri saho ni irya nde?
Sico gituma.
Mu buseruko bw'ikigwati hari ikiyaga.
Subira kandi.
Umuduga wapfuye.
Babikorera hehe?
Ryama neza, Timmy.
Mbwirizwa kwiyumvira.
Iki gitabo ntaco kimaze.
Kubera iki bavuga ivyo?
Naguze amagi n'amata make.
Amahera yampereyeko.
Witwa ngwiki?
Ngurisha impuzu ku murongo.
Ndibaza, icamubayeko.
Simfise mwenewacu.
Kubera iki utari iwanje?
Isaha imanitse ku ruhome.
Urira aha canke uratekera?
O yawe isa na A yawe.
Urafise aya mahera?
Wagize ubwoba?
Harakanye cane.
Umuntu asomye neza agategera, iryo kete ritaka imfashanyo y'amahera mu maguru masha.
Ni isaha icenda ibuze iminuta icumi n'itanu.
Ntibavyumva.
Ndaguhwatira umucungwa.
Mukora iki?
Raba neza!
Urashobora gukoresha uwu muduga.
Kubera iki ufise ivyo?
Uripfuza kuraba iki?
Urazi ko ndagukunda.
Ubwirizwa kuja imuhira.
Iyi nyabu ni yanje.
Ntanumwe arazi aho turi.
Uzobikunda.
Ndarwaye gahoro.
Nyogokuru avuga buhoro buhoro.
Ni neza, siko?
Murashaka kubitwara?
Sinkunda kwiruka.
Tujane twese hamwe kwivuna umusase.
Nzomubaza.
Arakunda gusoma ibitabo.
Ubwirizwa kwumviriza.
Reka ndaguhobere.
Sindavyumva.
Kubika ahapfutse kandi humutse.
Nzofata umunsi w'akaruhuko.
Ijuru riracika ryiza mu kanya.
Ni umuhungu muremure.
Data ari imuhira.
Je imbere.
Reka kundaba.
Ni twebwe murondera?
Twabishoboye.
Ntanumwe yakubajije.
Ushaka kuzobiraba.
Nirukiye kwa mama.
Nabizirikanye.
Nyene uyu muduga ni data wanje.
Asa na nyina.
Vyose ni bimwe?
Amahera yanje ari hehe?
Ntaco nywa.
Ariko yiga.
Ndazi uyo mukobwa.
Akira amahera.
Ndakurora.
Ni rwacu.
Mubwire ko narwaye.
Mbwirizwa guheraheza.
Niibagiye kugura umukate.
Witwa nde?
Mufata iki?
Komeza!
Reka gutungira ijisho amabere yiwe!
Akora mw'ihinguriro.
Ndiko ndasoma igitabo.
Aramwumva.
Nta mvo yo kugira impungenge.
Kubera iki urwanko rwinshi?
Ntanumwe yavuze ijambo.
Nzobigerageza.
Nzihanura.
Nzananye nawe.
Sinzi izina ryiwe.
Raba hariya!
Uribuka uru rukino?
Ndazi ico wiyumvira.
Bitebe bitebuke vyose birahera.
Ni bitoya bigera hehe?
Wagomwe.
Ubironderera aha?
Uramuzi.
Uyo muti urabaho mu mama?
Siho ari.
Urashaka kuraba iki?
Umuhungu arasimba.
Gende.
Niko abantu bavuga.
Nagira ngo woba watashe.
Ndipfuza ikindi gikombe c'ikawa.
Nshaka ko ubisoma.
So wawe arihe?
Ushaka kuja hehe?
Ndafise amahera.
Kubera iki bataza?
Yitwa nde?
Data wanje ntari imuhira.
Va mu buriri bwanje!
Ntaco nywa.
Kuri wewe ni vyiza.
Ibitungwa ntibirekuriwe.
Umuduga wawe urihe?
Ntanumwe azi ibikenewe gukorwa.
Ngaha nta numwe afise umuduga.
Kubera iki mumbaza?
Urafise ikintu co gusoma?
Ni umuntu mwiza.
Ntibimeze uko uvyiyumvira.
Ni igiki ntategera?
Amadirisha ari umwanda.
Urukundo rurahuma.
Ndagufitiye agahinda.
Ntusubire kubikora.
Birabe neza.
Narabiravye muri yu tubi.
Ntimukeneye gunkengurukira.
Urashaka gutunga?
Nashoboye kugira.
Nagira ngo niwe ncuti idasumbwa.
Uhaguruka ryari?
Twojaneyo.
Nashoboye kugira.
Bavuga ko ngo twoba turwaye.
Ururuka mu muduga.
Sinshaka guheba.
Ijoro ryiza!
Iyi kanzu nijewe nayikoreye.
Ndakunda umuduga wawe.
Nzogushimisha.
Yandungitse.
Reka ndabirabe.
Urashaka guheba?
Umubanyi wanje ni umubaji.
Hogi!
Afise umuduga.
Sintegera ibintu nk'ivyo.
Urazi ico ubwirizwa gukora?
Mugenda hehe?
Urabona iyi nzu? Ni rwanje.
Ndabibonye nanje.
Uyu ni dawe wanje.
Nagiro ngo niwe ncuti itarutwa.
Asa na Se wiwe.
Ikosa ni iryande?
Birumvikana.
Ndibaza ku mfise umwanya w'ikindi gikombe c'ikawa.
Ndi mu gikoni.
Ngiyo ifagitiri.
Ijipo ntiyari inkwiye nico gituma nabwirijwe guyihindura.
Kubera iki tudataha imuhira?
Urazi aho aba?
Ejo hari kuwagatanu.
Ndazi ingene bikorwa.
Idirisha ntiryuguruka.
Turi imuhira.
Urashaka kumenya igituma?
Ndagukumbuye cane.
Ku minsi y'Imana simba ndi imuhira.
Nzoguha igitabo.
Idirisha rirugaye.
Urafise ikintu mu gutima, ushaka kwikura? Urashobora binganirira.
Urakeneye umugambi.
Ntitugifise amahera.
Iyo azakugira umwanya yari kugenda.
Ndakeneye abakozi b'abitanzi batatu.
Uwushaka kumurongora abwiriza kubiganira neza na se wiwe.
Sindashonje.
Urakoze cane!
Urafise ico gusoma?
Bimara igihe kingana gute?
Ikosa ni iryande?
Reka tugure ivyo.
Mpa isaha yawe.
Murategera igifaransa?
Sinshaka kugira uwo nkomeretsa.
Umugenzi wanje aribungenze kandi ashaka kuzoyivyara.
Asa na mwenewanyu.
Ndakunda umuryango wanje.
Uyu munsi ni ku wa kangahe?
Uramukunda?
Kubera wewe ndi mu rudubi.
Imana iguhezagire!
Bimuha.
Ipantalo yawe iranduye.
Iyi nzoga ni iyande?
Azoza nawe?
Intwaro iritwararika cane iki gikorwa.
Nta gorane.
Nshaka kubibona.
Ibara ry'ikirava rihuje n'uruhome.
Igituro ca bisi kiri iminota itanu uvuye ngaha.
Ndazi uyo mukobwa.
Kubera iki utaciga igifaransa?
Birakwiye vyose ivy'urugendo?
Iri terefone ni iryande?
Ndashaka kurorera.
Urashaka kwinjira?
Nasivye kw'ishuri.
Ntanumwe yabonye ikintu.
Aho biri ndanezerewe.
Nokwongera.
Ntimushaka kumenya ivyabaye?
Uranyitwararika.
Ndagukunda.
Urazi ko ndagukunda.
Nzero, Ruruhuma, Ntwarante, Ndamukiza, Rusama, Ruheshi, Mukakaro, Myandagaro, Nyakanga, Gitugutu, Munyonyo na Kigarama ni amezi icumi n'abiri y'umwaka.
Urabishaka canke?
Nshaka kukubona.
Nturoraniwe?
Mukora iki?
Amahera yarampereyeko.
Biramuraba.
Umuduga uraje.
Ntibiri nkuko uvyiyumvira.
Sico kimwe.
Iki cayi ni icande?
Turagukunda.
Neza, nawe?
Kubera iki mbwirizwa kubikora?
Hagupfa wozanzama.
Ndakunda data.
Mvuga ico niyumvira.
Muzinaniye hehe?
Urazi aho nzoba ndi.
Ubwirizwa kureka kunywa.
Sinzi igihe uko kingana.
Ikimuga gisumba imva.
Mfise mukuruwanje.
Uraberewe.
Njana i muhira.
Ku wambere musée yama yugaye.
Ndashika mu kanya.
Ntaco ndabiziko.
Turazananye.
Uri umugenzi wanje.
Nta zina na rimwe nshobora kwibuka.
Nico ndiko ndondera.
Turakunda ikibanza cacu co kwidagadura.
Njana.
Uri umutamvyi mwiza?
Mbwirizwa kwugurura idirisha?
Vyose birakunda.
Nta kamaro.
Nikomerekeje n'igisu ku rutoki.
Abana bagiye kw ishure?
Ndashobora kuza nanje?
Magdalena na Ania ni abagenzi pfampfe.
Iryo jambo ntaryonzi.
Ndazi aba bagore.
Ndakunda ibiharuro.
Ni bitoya birenze.
Nimusohoke mu muduga.
Uja hehe?
Utagavye uzovuna amagufa.
Kubera iki ufise agahinda?
Ndazi igituma uri ngaha.
Ndibaza ko ntegeye.
Uwu muduga ni mushasha?
Iyi hinguriro rikora ivyuma vy'imiduga.
Nico nshaka kumenya.
Nanje ndavyiyumvira uko.
Simfise imuhira.
Amahera yaheze.
Bigurwa angahe?
Ndamukunda.
Mushikanje arabangutse mu kwoga!
Reka ndakigure.
Urashobora gutera ururirimbo.
Biva ku gihe.
Ndamuzi.
Ntimutore inomero.
Ijipo iranduta.
Iki kibazo ni ciza.
Narataye amarori yanje.
Banze imbere, ndakurikira.
Araguzi?
Urazi izina ryiwe?
Nandika kuri twebwe.
Ndabikunda vyose.
Nururukira ngaha.
Mpembwa neza.
Urafise ico gusoma?
Twoshobora kujana.
Tuzongera ku wambere.
Usa n'uwuhiriwe.
Nturabe munsi.
Reka nje kugura umukate.
Ntavuga icongereza gusa, avuga kandi n'ikidagi.
Ntanumwe ari i muhira.
Aribungenze.
Turi ngaha kubwawe.
Sinzi iyo ndibuje.
Ndagusavye soma ivyanditse munsi.
Sinshaka kubabaza umuntu.
Urora hehe?
Nababonye.
Uyu mwigeme yiyambika nk'umuhungu.
Umuceri utekwa uku.
Ugara amadirisha yose.
Birera?
Urazi ko mbwirizwa kugenda.
Sindi intore.
Muvahe?
Asa na nyina wiwe.
Twugurure idirisha!
Iki gisu kirapfushe.
Indoto yanje yabaye ukuri.
Turi abanyeshuri ba kaminuza.
Ibirato birihe?
Biragushimisha?
Ndazi aho biri.
Kubera iki wibaza uko?
Ikanzu rikozwe mw'iharire.
Kubera iki wiga igifaransa?
Ndashobora kuronka iki gitabo?
Ikiganza gifise intoki zitanu: urukumu, inkombarukoko, msumba zose, igihugunibenga, agahererezi.
Nshaka ko mubibona.
Kubera iki wijiriwe?
Umuduga wanje urihe?
Urashobora kurara iwacu.
Ndibaza ko ari vyiza.
Ndakunda kuza ino.
Uri umuvyeyi mwiza.
Uragenda canke?
Sinshaka gusubira kurwara.
Nariye amagi ejo.
Ndagukunda.
Ndibaza ko ntegeye.
Ni bitoya birenze urugero.
Maze kuduga aka gasozi niruka, ugusemagurika ni kwose.
Bikuvako.
Komera ko muheto, Tom. Ntiwitinye!
Nagira ngo urashobora kubitegera.
Kubera iki aha?
Ndacababara ivi gatoya.
Mushikawe amerewe gute?
Murazi aba bantu?
Iyi nomero ya terefone ni iyande?
Ni abavukanyi.
Ntugende n'iminwe misa.
Ndarindirira hanze.
Vyokugirira akamaro.
Sinzi kugumya amazina.
Narinzi ko wojayo.
We si umwana.
Sindamubona.
Igituma c'urugendo rwanyu ni nyabaki?
N'iki kibikubwiye?
Tom arazi imvo?
Amasobe yanje ntarongorotse.
Mbirizwa kwiga gifaransa.
Kubera iki uhagaritse.
Ngirango dushobora kujana mu nkengera y'ikiyaga iyi mpera y'indwi.
Ndazi ingene bateye.
Kubera iki mutagerageza iyi goti? Ijanye neza n'ipantalo yanyu.
Ntuza, sivyo?
Si vyiza.
Kubera iki udataha?
Ndakunda iyo ndi jenyene.
Murazi aba bantu?
Ubironderera ngaha?
Kubera iki cubitse?
Niga icongereza muri kaminuza.
Wavyibajije?
Iyi nzu iri ku gasozi ni ishure ryacu.
Ipantaro ntinkwira. Ndashobora kuyiguza?
Yavyaye umwana wa mbere afise imyaka mirongo ibiri.
Nzokurora.
Ashaka kuvuga iki?
Ndamusavye umpe urupapuro rwo kwandika.
Ndabizi.
Murakoze kuza.
Nibiki bibaye ngaha?
Kubera iki utabikora?
Ibisi irahagaze ariko nta muntu yururutse.
Umwigisha wanyu ni nde?
Tubiravye neza, ni bimwe!
Ntiwibagire kubaza ibindi bibazo.
Uri umuntu mwiza.
Nturabeyo.
Ja hiyo!
Nta ruhusha ufise rwo kwinjira.
Kure ibirato vyawe.
Turabonana.
Murakoze kwumviriza.
Turavukana.
Asa na Se wiwe.
Nzobishobora.
Turajana?
Mbwirizwa kubimenya.
Ndashobora kwinjira?
Reka ndagitumeko.
Biramuraba.
Umuntu wese arashobora kubisoma.
Turiga igifaransa.
Ntuzoza, sivyo?
Ndakwiyumvira.
Bashaka ko tubigira.
Twojana.
Ntibabitegera.
Yabanze izuru kw'idirisha.
Heba!
Iki kibazo ni ciza.
Nabo baraza?
Ntabana nawe.
Yafashe umunsi umwe w'ikiruhuko.
Biratunezereje cane.
Sinshobora kwoza amasahani. Harabuze amazi.
Ntibaza uyu munsi.
Ja ku ruhande!
Tanga akaryobwa.
Muri abana.
Uyu muduga usa na mushasha.
Turagumanye.
Nguyo arashitse!
Nzotegera.
Igikorwa cawe kizoba ico kwigisha abakozi ubuhinga bwa ordinateri.
Murakoze kuza.
Ewe ga, urya mushatsi ni uwande?
Waciye ku kimenyetso gitukura.
Ndi mu muduga.
Kubera iki utabikora?
Sinzotenyenya.
Raba neza iyo uja.
Ntimwongere kugaruka.
Ntumbaze igituma!
Raba ingene biteye igomwe.
Mudutwaye hehe?
Turazi igituma waje ngaha.
Aya masanganzira afise impanuka y'urupfu.
Mba ngaha.
Yakarihije igisu.
Ntunga ko nagutaye mu rudubi.
Ndakunda ibiharuro.
Kigurwa angahe?
Ntimutange amungane ya barundi ataruhusha.
Twiga mw'isomero rimwe.
Navyiyumviye.
Bavuga ko atunze cane.
Urondera iki?
Ndi umwigisha.
Iki ciyumviro cari icande?
Ntibashaka kubikoresha.
Ndanezerewe kukubona.
Nryama uko zandemye.
Ndagufitiye amahera.
Yama ata mobile yiwe.
Reka.
Ico gitabo ndagifise nanje.
Amakuru yawe?
Iyumviye musazawe.
Muzovyigaya cane.
Ntunzi.
Ndazi ingene bigenda.
Uribuka?
Iyi nzu ni iyande?
Ugenda kw'ishure gute?
Ndashaka gusoma iki gitabo.
Urashobora kujayo.
Ibintu vyawe birihe?
Ntubinywe!
Biragushimishije?
Uzomara umwanya ungana iki?
Narasomye iki gitabo.
Turagarutse.
Afise inda y'amezi munani.
Barankunda.
Bizokugwa neza.
Kazae!
Mpembwa neza.
Nico cakuzanye ngaha?
Ndi jenyene.
Umuduga urihe?
Sinshaka kubimenya.
Urategera ivyanditse ngaha?
Turi ngaha kubera wewe.
Turashaka kujana hamwe ku gituro c'igari ya moshi?
"Aya marori ni ayande?" - "Ni aya Data."
Urabibonye?
Uyu muduga ni mwiza cane.
Bimara umwanya ungana gute?
Barabizi.
Ijwi ryanje rirasaraye kubera inkorora.
Shira imeza yo gukora ku ruhome.
Ntushaka kubimenya!
Ndazi ibitari bike kuri wewe.
Wiyumvira iki?
Kubera iki tudataha imuhira?
Turabizi.
Asa na nyina wiwe.
Ndashaka gutambana nawe.
Urameneka umutwe?
Ndarurumba.
Ngirango ni umutego.
Ndamuzi?
Sinzi aba bantu.
Ntimusubire kugaruka.
Ukora iki ngaha?
Wiga kw ishure irihe?
Wibuke ubuntu bwawe wiyobagize ibindi.
Ndazi ingene bameze.
Nagira ngo woba watashe.
Ntibimara umwanya mu nini.
Ndonka ico nshaka.
Ntashobora kubika ibanga.
Ndizeye ko ukomeye neza.
Kubera iki udaheba?
Nkeneye guhoberwa.
Nzokuraba.
Uyu munsi hari ibicu vyinshi.
Watinye?
Ngirango ntibigushimisha.
Ndameneka umutwe.
Nzobiraba.
Ndi umunyeshuri muri kaminuza.
Nkeneye umwanya wo kwiyumvira.
Izi mpapuro ni izande?
Mbwirizwa kwiga.
Nari mbizi.
Turamuzi.
Umubaji arapima isi.
Egeka imeza ku ruhome.
Sinzi gute.
Wampaye iki?
Nabonye hariya mushikanje.
Urira mu muduga.
Nshaka kwicara kw'idirisha.
Kubera iki ataco uronka?
Ndakira ibi.
Uyu mukobwa yiyambika nk'umuhungu.
Uragiye nawe?
Nimwambure ibirato vyanyu.
Kubera iki wiga muri kaminuza?
Aba ngaha?
Ndi umwe mu banyeshuri bawe.
Bimuhe.
Ndazi uyo mwigeme.
Urya mugambi wari uwande?
Nagasaga!
Uwuhagaze, yirinda kugwa.
Nsubiza iki gitabo hehe?
Tega ugutwi nyoko!
Ni murabe neza iri foto.
Muri abanyeshuri?
Hari ibicu vyinshi vyirabura mu kirere.
Ntibigoye cane.
Sindabimenya.
Bizoba neza cane.
Sinzi kugumya amazina.
Turazi ico ukora.
Mbwira umugambi wawe.
Ni vyiza, sivyo?
Ntanumwe yakubajije.
Urazi aho bari?
Turakuzi.
Nganirira umugambi wawe.
Baratuzi.
Ndamanikwa impuzu.
Ni ku wagatandatu.
Usamaye uzovunika.
Ndagize bwakeye!
Nico gitabo mfise nanje.
Ni umunsi!
Nguyo araje!
Siniyumva neza ngaha.
Asa na nyina.
Ur'uwacu.
Mubaze izina ryiwe.
Urashaka kuba umutunzi?
Urabitegera, sivyo?
Uba he?
Ndazi icarico.
Ntumpebe.
Tuhavuye tuba twenyene.
Nta wundi muntu yarahari kiretse jewe.
Jana hiyo.
Uru ruhome rurakanye.
Kira gitondo mva imuhira imbere y'isaha zibiri.
Ibitoke bisa n'umuhondo.
Sindamuzi.
Vyose birashoboka.
Duga hejuru!
Ngaruke?
Turavukana.
Sinzi aho aba.
Sinzi ico novuga...
Kubera iki ataho tutajana?
Nivyo urondera?
Uranzi.
Ntunezerewe?
Ni isaha icenda ibuze iminuta icumi n'itanu.
Wibaza ko ndi nde?
Ndi umutetsi.
Mpora mesura isutiye yanje n'amaboko.
Muzi iki ku vyashitse?
Ndi ngaha kubera wewe gusa.
Ndumva ico uvuga.
Ndakunda kubigira.
Kubera iki utari kw ishure?
Ntubwirizwa kuza.
Nagutaye.
Nshaka kuganira nawe.
Usa n'uwunezerewe.
Nguyu!
Aba ngaha?
Niga igifaransa mw'ishure.
Mama wanje arihe?
Iki gitabo ntigifise akamo.
Ni mushiki wawe?
Turabitegera.
Bitebe bitebuke bizoshika.
Urazi bano bantu.
Sindi ikijuju.
Ndazi umuryango wiwe.
Musazanje siho ari.
Cakwamye.
Nzokunezereza.
Bivuge mu gifaransa.
Kubera iki unkunda?
Kubera iki tubikora?
Uruhanga rwawe rurashushe cane. Ndakeeka ko ufise inyonko.
Kubera iki babikora?
Abana na we.
Nikomerekeje n'imbugita ku rutoki.
Bitebe bitebuke bizoba.
Iki gitabo ntigifise akamo.
Bimara igihe kingana gute?
Urafise umuduga?
Ndazi aho muri.
Tubiteze amaso.
Ndabakunda bose.
Iki kintu kimaze iki?
Ndazi ko ubifise.
Uba ngaha, sivyo?
Baravukana.
Ntibimeze uko uvyiyumvira.
Ndagukumbuye cane.
Capfuye?
Muri ico gihe nararavye ya cenema wamye urata.
Ntubange ugutwi.
Naragukunda.
Uzomara igihe kingana iki?
Ni beza cane gwose.
Kubera iki udashaka kugenda?
Hari ico ubizi ko?
Ndashonje.
Nzokora ico unsaba.
Ni umuntu mwiza.
Urazi nawe ingene ibintu biteye.
Ugenda kw ishure hehe?
Tubwirizwa gushira uburinganire hagati y'bisohoka n'ivyinjira.
Uwutwenga inkovu ntazi uruguma.
Ndakunda umuduga wanyu.
Nabigiriye wewe.
Ndafise bashikanje.
Indahiro ni ideni.
Ifagitiri ringana gute?
Ni binini cane.
Ndazi neza ko hari aho maze kumubona.
Uranezerewe?
Icumba cawe gifise amadirisha abiri?
Urondera ibi aha?
Ndagusavye baza uwundi muntu.
Urazi gutandukanya intama n'impene?
Yatoye ikanzu izimvye gusumba zose.
Kubera iki harashushe?
Ntumuhagarike.
Umugore wanje afise inda!
Ni isaha icenda ibuze iminuta icumi n'itanu.
Yabanze izuru ryiwe kw'idirisha.
Ikibazo ciza.
Ja hirya.
Turazi imvo.
Reka kuvuga ivyo!
Twoshobora kujana.
Sinzi ico novyiyumvirako.
Simerewe neza ngaha.
Nta mazi akiri mw'icupa.
Ukora kwa nde?
Tugende ku gituro c'igari ya moshi tugure amatike.
Narakunze uyu muduga.
Nzogerageza.
Ntimwugurure idirisha.
Namugwiriye.
Ndashobora kumenya ibintu nokuzanira.
Siho ari.
So wawe amerewe gute?
Sindi umutunzi.
Ndabibonye nanje.
Umviriza!
Arumva igifaransa.
Ndakunze.
Raba iyi foto.
Urazi icarico?
Uribaza ko nezerewe?
Namukunze.
Dufise igihe kingana iki?
Ndategera ico ushaka kuvuga.
Murashobora kwugurura idirisha?
Amadirisha araguruye.
Ndazi igituma ubishaka.
Nguyo!
Umubaji arapima isi.
Vyanteye kukwiyumvira.
Ndazi kubikora neza cane.
Ntiwoshobora kubisubira ico wavuze?
Yama ata mobile yiwe.
Ivyo bizonezereza.
Uramuzi?
Umuvyeyi wanje arankunda.
Uri umugenzi wanje.
Abonye amaraso umurwayi yaciye araba.
Uragaba!
Mbwirizwa kukubona.
Ico gisa n'ivu ni rwanje.
Hitamwo inomero.
Sinumviriza.
Nturyame idirisha ryuguruye.
Kubera iki ujaho?
Ku mugoroba kuva isaha cumi na zibiri gushika isaha zibiri ni igihe co kunezerwa.
Ntegerezwa gutaha.
Ubugeni buzoba ku wagatandatu.
Tuzobonana muri gitugutu.
Sinibaza ko aza.
Ntumpate kubikora.
Simfise musazanje.
Ibiciro vyaraduze.
Dusangire akayoga.
Nabiketse.
Siniyumva neza ngaha.
Iki gitanda kiranonotse cane.
Ni ku wambere.
Ndazi aho bari.
Nuko rero nabigize.
Ndumva.
Uko ni vyiza gusumba?
Ushaka kuzobibona.
Urazi ico bavuze?
Ntubwirizwa kwandika ikete rirerire.
Ndakunda uyu muduga.
Sinzi ico novuga...
Heba!
Kera hari urusengero ngaha.
Ntusabe amahera.
Kaze iwacu!
Ndashobora gukimvura irido?
Baba hehe?
Mpore cane!
Ndibaza ko ari rwanje ico kintu.
Kubera iki utazanana na twe?
Murategera igifaransa?
Uyu ni nyoko?
Nyumviriza.
Ndakunda aho mba.
Narinzi ko uri ngaha.
Ingo kunsura.
Fata ico wipfuza.
Eh, ushaka kuja hehe?
Bite uyu munsi?
Uvyuka ryari?
Birakwiye vyose ivyerekeye vy'urugendo?
Iminsi yose aja ku kazi ku maguru, kiretse iyo hari imvura.
Uri imuhira?
Ntuzi musazanje.
Bisa neza.
Sawa, nzogikura.
Ubona iki?
Bitware hirya.
Umviriza nyoko!
Ubwirizwa kujayo kubizana.
Iciyumviro nyabaki!
Nturekuriwe kwinjira.
Baba iwawe?
Wiga kw ishure irihe?
Yitwa ngwiki kandi?
Ntumpate kubikora.
Ja mu gahinga!
Ndi mu karuhuko.
Umuryango wawe uri hehe?
Ntitumuzi.
Nashaka kubaza, mbe muhakura inyungu nki?
Wasomye iki gitabo?
Abashakashatsi bubutse ku magufa y'umuntu mw'isenga.
Ndababonye.
Nshobore gusubira kubibona?
Ntanumwe amuzi neza kiretse abavyeyi biwe.
Kuki ari ngaha?
Sindavyumva.
Ndashaka nanje kugenda.
Turanezerewe.
Ubwirizwa guheba inzoga.
Utaha ryari?
Ndakunda imishatsi migufi.
Ni ibiki bifatanye n'akazi kawe?
Ndazi aho uba.
Mama arihe?
Ngirango araza.
Sinzi guteka.
Ko turi twenyene, reka twiryohere.
Urakoza ko wajanye natwe.
Reka ndabirabe.
Mpa ayo mahera.
Mize ndababara mu muhogo.
Nturabe hasi.
Sindi umunyeshuri muri kaminuza.
Urazi ico bashaka?
Ngico ico mwatumyeko.
Ni umunyamerika?
Ari wenyene.
Ntumutangire!
Yaje wenyene.
Narasomye itama ryiwe.
Hari umuntu ahagaze inyuma y'uruhome.
Uremera ko ataco bintwaye?
Kubera iki harashushe?
Ubikuye hehe?
Ntashobora kugumya ibanga.
Antera kuzirikana.
Nzobijamwo.
Yigira nk'uwurwaye.
Mbwirizwa kumenya imvo.
Sinzi gufata amazina.
Hogi, hoji!
Ndipfuza impobero.
Nshaka ko utaha.
Ni igihe co kuruhuka gatoya.
Ni intore.
Uracababara ku kuguru kwawe kw'ibubamfu?
Birumvikana.
Ngaha ntibaba abatunzi.
Ntabaza ico kunywa.
Ukora iki, data?
Harashushe cane, sivyo?
Mfashe ibi aha.
Ikintu cose gifise amaherezo.
Narinzi ko biguhimbara.
Ndi iwanje.
Kubera iki muri imuhira?
Ivyo birashavuza!
Uranhunga ko ndabivuze.
Ntuzi icarico?
Arazi ko umukunda?
Bitwarire nyoko.
Nyene ibi bitabo ni mushikanje.
Sindi umunyeshuri.
Ntundungike.
Murazi aho mba?
Magdalena na Ania ni abagenzi pfampfe.
Murafise umuceri?
Yazunguje umutwe.
Haraza gushuha.
Ja mu buriri!
Urazi aho aba?
Ntutwibagira!
Ndabikorera wewe.
Sinzi iryo jambo.
Uri iwawe?
Twarezwe hamwe.
Ushaka kukigumya igihe kingana iki?
Turazi igituma.
Murabe.
Urabitegera?
Ntumbwirize kubikora.
Ni umuduga wiwe.
Narumvise ko warongoye.
Urabishaka canke?
Ndazi ibikenewe kurangurwa.
Dufise umunsi uyuhe?
Ndibaza ko bitunganye.
Ukorera nde?
Yacishije igisu ciwe ishami ry'igiti.
Ndazi ico nokora.
So arihe?
Ntimubitegera?
Akira ico ushaka.